Akajambo k'epfo
a Muri iki kiganiro, turaza kubona ingene urukundo dukunda Yehova, urwo dukunda abo dusangiye ukwemera, eka mbere n’urwo dukunda abansi bacu rutuma twihanganira urwanko isi itwanka. Turaza kubona kandi igituma Yezu yavuze ko dushobora kunezerwa igihe batwanse.