ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

a Nka kurya nyene utugaga dutoduto dushobora gutuma icombo gikozwe mw’ibumba vyoroha ko kimeneka, ni ko n’agatima ko guhiganwa gashobora kwonona ishengero. Igihe ishengero ridakomeye canke ngo ryunge ubumwe, ntirishobora kuba ahantu harangwa amahoro ho gusengera Imana. Iki kiganiro kiraza kutwereka igituma dukwiye kwirinda agatima ko guhiganwa, be n’ivyo twokora kugira turemeshe amahoro mw’ishengero.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika