Akajambo k'epfo
a Biboneka ko Mariya yari yamaze kugenda igihe umumarayika yabwira ba bandi bagore ko Yezu yazutse. Iyaba yari ahari, nta gukeka ko yari kubwira Petero na Yohani ko hari umumarayika yababwiye igituma ikiziga ca Yezu kitakiri mu mva.—Matayo 28:2-4; Mariko 16:1-8.