Bibiliya y’isi nshasha Amasanamu - Abalewi Ayo mashusho hamwe n'ayo mavidewo yo mu buhinga bwa 3-D yaragiriwe ubushakashatsi bwitondewe. Ariko rero, yateguwe n'abantu kandi hari igihe usanga yibanda ku muce umwe mu mice myinshi ishoboka.