ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ni ibiki Yehova adusaba?
    Umunara w’Inderetsi—2009 | 1 Gitugutu
    • Ni ibiki Yehova adusaba?

      Gusubira mu vyagezwe 10:12, 13

  • Ni ibiki Yehova adusaba?
    Umunara w’Inderetsi—2009 | 1 Gitugutu
    • Nitwagamburuka tubikunze, bizotuma turonka imihezagiro. Musa yandika ati: “[Mwitondere] ivyagezwe . . . mbageze uyu musi kugira ngo mumererwe neza.” (Umurongo wa 13) Ego cane, icagezwe cose ca Yehova, ni ukuvuga ikintu cose adusavye, agitanga ku bw’ineza yacu. None ivyo vyoba bitangaje? Bibiliya ivuga ko “Imana ari urukundo.” (1 Yohani 4:8) Ku bw’ivyo, yatanze gusa ivyagezwe bituma twironkera ukumererwa neza kuramba. (Yesaya 48:17) Nitwakora ivyo Yehova adusaba vyose, bizoturinda imibabaro myinshi muri kino gihe maze bituyobore ku mihezagiro y’ibihe bidahera tuzoronka igihe tuzoba dutegekwa n’Ubwami bwiwe.b

  • Ni ibiki Yehova adusaba?
    Umunara w’Inderetsi—2009 | 1 Gitugutu
    • a Naho amajambo Musa yavuze yari yerekeye Isirayeli ya kera, ku bwa ngingo arerekeye abantu bose bipfuza guhimbara Imana muri iki gihe.​—Abaroma 15:4.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika