ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yarakoranye ukwiyubara
    Umunara w’Inderetsi—2009 | 1 Mukakaro
    • None abo basirikare bakora bagatama bafata gute abo bungere? Vyari vyoroshe cane ko rimwe na rimwe baza barikora kuri izo ntama, ariko nta kintu na kimwe nk’ico bagize. Ahubwo riho, babaye nk’igihome gikingira imikuku ya Nabali be n’abasuku biwe. (1 Samweli 25:15, 16) Hari ingeramizi nyinshi zari zihanze intama be n’abungere. Ico gihe hariho ibiryanyi vyinshi. Vyongeye, urubibe rwo mu Bumanuko bwa Isirayeli rwari hafi cane, akaba ari co gituma imigwi y’abasuma n’abambuzi yakunda gutera.b

  • Yarakoranye ukwiyubara
    Umunara w’Inderetsi—2009 | 1 Mukakaro
    • b Bishoboka ko Dawidi yabona ko gukingira abantu bari bafise amatongo aho hantu be n’imikuku yabo wari umurimo yarangurira Yehova Imana. Muri ico gihe, umugambi wa Yehova wari uw’uko abakomoka kuri Aburahamu, Izahaki na Yakobo baba muri ico gihugu. Gutyo rero, kugikingira abanyamahanga bagisatira be n’imigwi y’abambuzi wari umuce w’umurimo mweranda.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika