ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Iparadizo
    Be maso!—2013 | Nzero
    • BIBILIYA IBIVUGAKO IKI?

      Bibiliya ivuga yuko “abagororotsi” ari bo bazoba mw’Iparadizo. Ni nde none ari umugororotsi mu nyonga z’Imana? Si umuntu akurikiza imigirwa y’idini arimwo mugabo adakora ivyo Imana igomba. Bibiliya ivuga iti: “Mbega Yehova ahimbarwa n’amashikanwa aturirwa be n’ibimazi kuruta kugamburuka ijwi rya Yehova? Erega kugamburuka kuruta ikimazi.” (1 Samweli 15:22) Tubivuze muri make, “abagororotsi” bazoba mw’Iparadizo ibihe bidahera, ni abantu bagamburuka amabwirizwa y’Imana nk’uko yerekanwa muri Bibiliya.

  • Iparadizo
    Be maso!—2013 | Nzero
    • “Abagororotsi bazokwigabira isi, kandi bazoyibako ibihe bidahera.”​—Zaburi 37:29.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika