ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nimukingire Urugo Rwanyu Ivyorwonona
    Akabanga ko Kuronka Agahimbare mu Rugo
    • 19. Ni uturorero utuhe two muri Bibiliya twerekana yuko atari icaha abo mu ngo bidagaduye?

      19 Mbega Bibiliya yoba ibuza kwidagadura? Habe namba! Bibiliya ivuga yuko hariho igihe co “gutwenga . . . n’igihe co kuvyina.”b (Umusiguzi 3:4) Muri Isirayeli ya kera, abasavyi b’Imana baranezerezwa n’umuziki be no gutamba, inkino n’ibisokoranyo. Yezu Kirisitu yaratashe ubukwe bwarimwo abantu benshi yongera aritaba “izimano ryinshi” Matayo Lewi yari yamuteguriye. (Luka 5:29; Yohana 2:1, 2) Biratomoye rero yuko Yezu atari umuntu abuza abandi kwinezererza. Ibitwenza n’ukwidagadura ntibize bibonwe yuko ari icaha mu rugo rwanyu!

  • Nimukingire Urugo Rwanyu Ivyorwonona
    Akabanga ko Kuronka Agahimbare mu Rugo
    • b Ijambo ry’Igiheburayo ngaha ryahinduwe “gutwenga” mu bundi buryo rishobora guhindurwa “gukina,” “kunezereza,” “guhimbarwa” canke mbere “kwidagadura.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika