ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Ruhuhuma rup. 3
  • Kristu yababajwe ku bwacu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Kristu yababajwe ku bwacu
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • Umusavyi wa Yehova ‘yacumitiwe ibicumuro vyacu’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • «Wewe wenyene uri intahemuka»
    Niwiyegereze Yehova
  • Yezu yarashikije ubuhanuzi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Kudahemukira Yehova bituma duhezagirwa
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Ruhuhuma rup. 3

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YESAYA 52-57

Kristu yababajwe ku bwacu

“Yarasuzugurwa kandi akinubwa n’abantu . . . Twamubona nk’uwatejwe ivyago, uwakubiswe n’Imana kandi yatejwe amarushwa”

53:3-5

  • Yezu yarasuzuguwe yongera yagirizwa ko yarogose. Hari ababona ko Imana yariko iramuhana, nk’aho yariko imuteza indwara iteye ishishi

    Yezu yari yiyemeje kuguma ari intahemuka naho yari azi ko yoshikiwe n’imibabaro

“Yehova ubwiwe yarahimbawe no kumujanjagura, . . . kandi mu kuboko kwiwe ibihimbara Yehova bizokunda”

53:10

  • Nta nkeka ko Yehova yababajwe n’urupfu rw’Umwana wiwe. Ariko yarahimbawe kubona yagumye ari intahemuka. Urupfu rwiwe rwarishuye ikibazo Shetani yavyuye kijanye n’ukudahemuka kw’abasavyi b’Imana rwongera rutuma abantu bigaya baronka imihezagiro. Emwe rwarafashije mu gushitsa “ibihimbara Yehova”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika