-
Ibibazo vy’abasomyiUmunara w’Inderetsi—2014 | 15 Munyonyo
-
-
Igishimishije ni uko mu Vyahishuwe 11:1, 2 hasanisha ivyo bintu n’igihe urusengero rwo mu buryo bw’impwemu rwagerwa, ari kwo gusuzumwa. Muri Malaki ikigabane ca 3 haravuga isuzuma nk’iryo ry’urusengero rwo mu buryo bw’impwemu, irica rikurikirwa n’igihe co guhumanurwa. (Mal. 3:1-4) None ico gikorwa co gusuzuma no guhumanura camaze igihe kingana iki? Catanguye mu 1914 kirangira mu ntango ya 1919. Ico kiringo kirimwo ya misi 1.260 (amezi 42) hamwe na ya misi itatu n’igice y’ikigereranyo ivugwa mu Vyahishuwe ikigabane ca 11.
-