ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Insiguro yabaye rurangiranwa
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
    • Yezu avuga ati: “Hahiriwe abazi ko bakeneye ivy’impwemu, kuko ubwami bwo mw’ijuru ari ubwabo. Hahiriwe abagandaye, kuko bazohozwa. . . . Hahiriwe abashonje kandi banyotewe ubugororotsi, kuko bazohazwa. . . . Hahiriwe abahamwe bahorwa ubugororotsi, kuko ubwami bwo mw’ijuru ari ubwabo. Muzoba muhiriwe nibabatuka, bakabahama . . . babampora. Munezerwe musimbasimbishwe n’akanyamuneza.”​—Matayo 5:3-12.

  • Insiguro yabaye rurangiranwa
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
    • Yezu avuga ko abantu bahiriwe vy’ukuri ari abazi ko bakeneye kugiranira ubucuti n’Imana, abantu bababazwa n’uko ari abacumuzi maze bakiga ivyerekeye Imana hama bakayikorera. Naho bankwa kandi bagahamwa bahorwa gukora ivyo Imana igomba, baranezerwa no kumenya ko bahimbara Imana be n’uko izobaha impembo y’ubuzima budahera.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika