ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yezu abatizwa
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
    • Impwemu nyeranda iza kuri Yezu ahejeje kubatizwa

      Ariko si ivyo gusa biba igihe Yezu abatizwa. ‘Ijuru rica ryuguruka’ imbere yiwe. Ivyo bisobanura iki? Bishobora kuba bisobanura ko igihe Yezu yabatizwa yaciye yibuka ubuzima yari afise akiri mw’ijuru. Aca rero yibuka ubuzima yari afise igihe yari umumarayika, ushizemwo n’ibintu Imana yamwigishije imbere y’uko aza kw’isi.

  • Niwigire ku kuntu Yezu yihanganiye ibigeragezo
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
    • Yohani akimara kubatiza Yezu, impwemu y’Imana ica iyobora Yezu mu gahinga k’i Yudaya. Afise ibintu vyinshi vyo kuzirikanako. Igihe Yezu yabatizwa, ‘ijuru ryaciye ryuguruka.’ (Matayo 3:​16) Arashobora rero kwibuka ibintu yize be n’ivyo yakoze akiri mw’ijuru. Ego cane, arafise ibintu vyinshi azirikanako!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika