ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Bariteguriye kwamamaza naho bohamwa
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
    • Kubera yuko igikorwa co kwigisha gihambaye cane, Yezu aributsa abigishwa biwe ko bakwiye kwiyubara kugira ntihagire ikibabuza kukirangura. Avuga ati: “Nibabahama mu gisagara kimwe, muhungire mu kindi; kuko ni ukuri ndabibabwiye: Ntimuzogenda muhetuye ibisagara vya Isirayeli Umwana w’umuntu adashitse.”​—Matayo 10:23.

  • Bariteguriye kwamamaza naho bohamwa
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
    • Biraboneka ko Yezu ariko avuga ibintu bizoba muri kazoza. Fata nk’akarorero amajambo abwira abigishwa biwe yuko batorangije igikorwa co kwamamaza “Umwana w’umuntu adashitse.” Yezu ashaka kwerekana ko abigishwa biwe batorangije igikorwa co kwamama Ubwami bw’Imana imbere y’uko ashika ari Umwami yaninahajwe aje guca imanza z’Imana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika