ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umwe gusa ni we yibutse gushima
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
    • Icenda barabandanya inzira. Ariko umwe muri bo, umugabo w’Umusamariya, asubira inyuma kurondera Yezu. None amuronderera iki? Uwo mugabo arakenguruka cane ivyo Yezu ahejeje kumukorera. Agenda “a[ra]ninahaza Imana n’ijwi rirenga” kubera atahura ko ari yo yamukijije. (Luka 17:15) Ashikiriye Yezu, aca yikubita imbere yiwe, akamushimira.

  • Umwe gusa ni we yibutse gushima
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
    • Ico gitangaro co gukiza abo banyamibembe cumi kirerekana ko Yezu ashigikiwe na Yehova Imana. Ubu rero, umwe muri abo banyamibembe cumi yakize biciye kuri Yezu, akaba kandi ari mu nzira ijana mu buzima. Muri iki gihe, Imana ntigikiza abantu ku gitangaro. Ariko rero, twizeye Yezu turashobora kwizigira kuronka ubuzima budahera. Twoba twerekana ko dukenguruka nk’uwo mugabo w’Umusamariya?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika