ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Igituma twitaba Icibutso
    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga)—2022 | Nzero
    • 2 Buri mwaka, abantu amamiliyoni kw’isi yose turahurira hamwe kugira twibuke urupfu rw’umuntu dukunda cane, ari we Yezu Kristu. (1 Pet. 1:8) Turahurira hamwe kugira twibuke uwahevye ubuzima bwiwe akadutangira incungu kugira adukize igicumuro n’urupfu. (Mat. 20:28) Nkako, Yezu yashaka ko abayoboke biwe bibuka urupfu rwiwe. Mw’ijoro ry’imbere y’uko apfa, yaratanguje imfungurwa zo ku mugoroba zidasanzwe, aca ategeka ati: “Muragume mugira ibi mu kunyibuka.”b​—Luka 22:19.

  • Igituma twitaba Icibutso
    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga)—2022 | Nzero
    • b Ayo majambo yahinduwe kandi ngo “Murakore murtya kugira ngo kibe icibutso canje” (Bibiliya Yera) be na “Ivyo murabigire munyibuka” (Ubwuzure Bushasha).

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika