-
Umwana w’Imana ni “umuco w’isi”Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
-
-
Ariko rero, Abayuda bamwebamwe barizera Yezu, ari co gituma ababwira ati: “Nimwaguma mw’ijambo ryanje, muri abigishwa banje vy’ukuri, kandi muzomenya ukuri, kandi ukuri kuzobagira abidegemvya.”—Yohani 8:31, 32.
-
-
Umwana w’Imana ni “umuco w’isi”Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
-
-
Ku bw’ivyo, ukuri kwerekeye Umwana w’Imana ni kwo gukura abantu mu buja bw’igicumuro gikwega urupfu. Yezu avuga ati: “Umwana rero niyabagira abidegemvya, muzoba abidegemvya koko.”—Yohani 8:36.
-