ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ibikurubikuru vyo mu gitabu ca Yohani
    Umunara w’Inderetsi—2008 | 15 Ndamukiza
    • 19:11​—Yezu yoba yariko aravuga Yuda Isikariyoti igihe yabwira Pilato ibijanye n’uwamutanze? Aho kuvuga Yuda canke uwundi muntu kanaka, bisa n’uko Yezu yari afise mu muzirikanyi abantu bose bagize uruhara mu caha co kumwica. Muri abo harimwo Yuda, “abakuru b’abaherezi hamwe n’Inama Nkuru yose,” eka mbere n’“amasinzi” yajijuwe ngo asabe ko harekurwa Baraba.​—Mat. 26:59-65; 27:1, 2, 20-22.

  • Ibikurubikuru vyo mu gitabu ca Yohani
    Umunara w’Inderetsi—2008 | 15 Ndamukiza
    • 21:15, 19. Petero yarabajijwe nimba akunda Yezu kuruta “izi,” ni ukuvuga ifi zari imbere yabo. Gutyo, Yezu yari ashimitse ku vy’uko bikenewe ko Petero ahitamwo kumukurikira igihe cose aho kubandanya umwuga wo kuroba. Tumaze kurimbura izo nkuru zo muri iyo Njili, ese twokomezwa mu bijanye n’umwiyemezo dufise wo gukunda Yezu kuruta ibindi bintu vyodukwegakwega! Nimuze tubandanye kumukurikira n’umutima wacu wose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika