ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Twosenga Imana gute mu buryo buyihimbara?
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
    • 1. Ugusenga kwacu gukwiye kuba gushingiye ku ki?

      Ugusenga kwacu gukwiye kuba gushingiye kuri Bibiliya. Yezu yabwiye Imana ati: “Ijambo ryawe ni ukuri.” (Yohani 17:17) Amadini amwamwe arirengangiza ukuri dusanga mw’Ijambo ry’Imana ryahumetswe, ari ryo Bibiliya, akarisubiriza n’inyigisho hamwe n’imigenzo vy’abantu. Yehova ntahimbarwa n’abantu “[bi]giza ku ruhande ibwirizwa ry’Imana.” (Soma Mariko 7:9.) Ariko rero turanezereza umutima wa Yehova igihe twumiye ku vyo Bibiliya yigisha kandi tugakurikiza impanuro itanga.

  • Ivyabona vya Yehova boba ari abakirisu b’ukuri?
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
    • 1. Ibintu Ivyabona vya Yehova bemera babikura hehe?

      Yezu yavuze ko ‘Ijambo ry’Imana ari ukuri.’ (Yohani 17:17) Cokimwe na Yezu, ibintu Ivyabona vya Yehova bemera bamye babikura mw’Ijambo ry’Imana. Reka turimbure kahise k’abatohoji ba Bibiliya ari bo bahavuye bitwa Ivyabona vya Yehova. Nko mu 1870, hari umugwi w’abantu bipfuza kumenya ukuri batanguye kwigira hamwe Bibiliya kugira bamenye ico vy’ukuri yigisha. Ivyo bemera vyaba bishingiye kuri Bibiliya n’igihe ivyo vyaba bitandukanye n’ivyo amadini yigisha. Baciye batangura kubwira abandi ukwo kuri kwo muri Bibiliya.a

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika