ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ibibazo vy’abasomyi
    Umunara w’Inderetsi—2004 | 1 Kigarama
    • Ibibazo vy’abasomyi

      Ni kubera iki Yezu uwazutse yemeye ko Toma amukorako kandi imbere yaho yari yankiye Mariya Magadalena kumukorako?

  • Ibibazo vy’abasomyi
    Umunara w’Inderetsi—2004 | 1 Kigarama
    • Ikiyago cabaye hagati ya Yezu na Toma coco cari gitandukanye n’ivyo. Igihe Yezu yabonekera abigishwa bamwe, Toma si ho yari. Mu nyuma, Toma yaraseruye amakenga yari afise ku vyerekeye izuka rya Yezu, avuga yuko atokwemera ko yazutse atabanje kwibonera inguma z’imisumari za Yezu akongera agakoza urutoke rwiwe aho bamucumise icumu mu rubavu. Haciye imisi umunani, Yezu yarasubiye kubonekera abigishwa biwe. Ico gihe hoho, Toma ni ho yari, maze Yezu amusaba gukora kuri za nguma.—Yohana 20:24-27.

      Gutyo rero, ku bijanye na Mariya Magadalena, Yezu yariko arabogora icipfuzo kitabereye co kumubuza kugenda. Ku vyerekeye Toma na ho, Yezu yariko arafasha umuntu yari afise amakenga. Muri ivyo bihe vyompi, Yezu yari afise imvo zumvikana zo gukora ukwo kuntu yakoze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika