-
“Barujujwe umunezero be n’impwemu nyeranda”“Nushinge intahe inogangije ku vyerekeye Ubwami bw’Imana”
-
-
2 Haraciye nk’imyaka 14 Yezu abwiye abayoboke biwe ati: «Muzombera ivyabona i Yeruzalemu n’i Yudaya hose n’i Samariya, no mu mihingo ya kure cane y’isi.» (Ivyak. 1:8) Kuba Barunaba na Sawuli bagenywe kuja gukora ico gikorwa ari abamisiyonari, biraza gutuma ayo majambo y’ubuhanuzi Yezu yavuze aranguka.b
-
-
“Barujujwe umunezero be n’impwemu nyeranda”“Nushinge intahe inogangije ku vyerekeye Ubwami bw’Imana”
-
-
b Gushika ubu, amashengero aramaze gushingwa hirya no hino gushika n’i Antiyokiya h’i Siriya, nko ku bilometero 550 mu buraruko bwa Yeruzalemu.
-