ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • «Jabuka uze i Masedwane»
    “Nushinge intahe inogangije ku vyerekeye Ubwami bw’Imana”
    • 16. Ni gute ibintu vyahindutse bukeye Pawulo na Silasi baraye batonaguwe?

      16 Mu gitondo Pawulo na Silasi baraye batonaguwe, ba bacamanza barategetse ko barekurwa. Ariko rero, Pawulo yavuze ati: «Badutonaguye ku mugaragaro ata caha kitwagiriye kandi turi Abaroma, baca baduta mw’ibohero. None ubu badute hanze mu mpisho? Oya, ntibishoboka! Nibaze abe ari bo badusohora.» Aho nya bacamanza bamenyeye ko nya bagabo babiri ari Abaroma, baciye «batekerwa n’ubwoba,» kubera yuko bari bahonyanze agateka kabo.d Ibintu vyari bihindutse. Kubera ko abo bigishwa bari bakubiswe ku mugaragaro, nya bacamanza babwirizwa gusaba ikigongwe ku mugaragaro. Baringinze Pawulo na Silasi ngo bave i Filipi. Abo bigishwa babiri baravyemeye, ariko babanza gufata umwanya wo kuremesha wa mugwi w’abigishwa bashasha wariko urongerekana babona kugenda.

  • «Jabuka uze i Masedwane»
    “Nushinge intahe inogangije ku vyerekeye Ubwami bw’Imana”
    • d Itegeko ry’Abaroma ryavuga yuko Umuroma yama nantaryo afise uburenganzira bwo kwumvirizwa imbere y’uko acirwa urubanza, rikavuga kandi ko atigera ahanwa ku mugaragaro atabanje kwagirwa n’icaha.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika