-
«Buzuzwa impwemu nyeranda»“Nushinge intahe inogangije ku vyerekeye Ubwami bw’Imana”
-
-
16. Abakirisu bo mu kinjana ca mbere bagaragaje gute agatima ko kwitanga?
16 Nta mazinda ko Yehova yahezagiye abo bantu. Iyo nkuru yigana iti: «Abemeye Yezu bose bari kumwe kandi basangira vyose. Baragurisha amatongo yabo n’ivyo batunze, bakagaburira bose ibivuyemwo, bisunze ivyo umwe wese yaba akeneye.»f (Ivyak. 2:44, 45) Nta gukeka ko abakirisu bose b’ukuri bipfuza kwigana ako gatima karanga urukundo n’ukwitanga.
-
-
«Buzuzwa impwemu nyeranda»“Nushinge intahe inogangije ku vyerekeye Ubwami bw’Imana”
-
-
f Iyo ntunganyo y’igihe gito yaratumye izo ngenzi zari zaje aho i Yeruzalemu zironka ivyo zari zikeneye kubera ko zamaze igihe muri ico gisagara kugira ngo zirushirize kumenya ivyerekeye Imana. Umuntu yatanga ivyiwe avyishakiye kugira ngo asabikanye n’abandi, akaba ari co gituma ukwo gusabikanya kudakwiye kwitiranywa na ya politike y’ubukomunisita yo gushira hamwe ibintu bikegukira bose.—Ivyak. 5:1-4.
-