ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ni kubera iki twosenga mw’izina rya Yezu?
    Umunara w’Inderetsi—2008 | 1 Ruhuhuma
    • Kugira ngo dushobore gutahura ikibanza gihambaye Yezu afise, Bibiliya irakoresha amazina y’icubahiro atandukanye be n’ayandi mazina, mu kumudondora. Ayo mazina aradufasha gutahura ivyiza vyinshi turonka bivuye ku vyo Yezu yakoze, ivyo ariko arakora be n’ivyo azokora ku bw’ineza yacu (Raba uruzitiro ruvuga ngo “Uruhara ruhambaye Yezu arangura”, ku rupapuro rwa 14.). Vy’ukuri, Yezu yarahawe “izina riri hejuru y’irindi zina iryo ari ryo ryose”a. Yarahawe ubukuru bwose mw’ijuru no kw’isi.​—Abafilipi 2:9; Matayo 28:18.

  • Ni kubera iki twosenga mw’izina rya Yezu?
    Umunara w’Inderetsi—2008 | 1 Ruhuhuma
    • a Nk’uko inyizamvugo y’uwitwa Vine (Expository Dictionary of New Testament Words) ibivuga, ijambo ry’ikigiriki ryahinduwe ngo “izina” rishobora kwerekeza ku “bintu vyose izina risobanura; ku bukuru, kuri kamere, ku kibanza umuntu afise, ku gitinyiro, ku bubasha, [be no] ku cubahiro”.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika