ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Bibiliya ni ubutumwa Imana yaturungikiye
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
    • 2. Bibiliya yoba igirira akamaro abantu bose?

      Inkuru nziza iri muri Bibiliya irashobora kugirira akamaro abantu bo mw’“ihanga ryose n’umuryango wose n’ururimi rwose n’igisata cose.” (Soma Ivyahishuwe 14:6.) Imana yaratumye bishoboka ko Bibiliya iboneka mu ndimi nyinshi kuruta ikindi gitabu ico ari co cose. Hafi abantu bose barashobora kuronka Bibiliya. Kandi ivyo ni ko biri aho boba baba hose canke ururimi urwo ari rwo rwose boba bavuga.

  • Abamarayika ni bande kandi bakora iki?
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
    • Umumarayika ariko arayobora Ivyabona vya Yehova babiri mu gikorwa co kwamamaza inzu ku nzu.

      4. Abamarayika barafasha abantu kumenya ivyerekeye Yehova

      Naho abamarayika b’Imana atari bo bamamaza, barayobora abasavyi b’Imana ku bantu bipfuza kumenya ibiyerekeye. Nimusome Ivyahishuwe 14:6, 7, muce muganira kuri ibi bibazo:

      • Kubera iki dukeneye ko abamarayika badufasha mu gikorwa co kwamamaza?

      • Kumenya ko abamarayika bashobora kukuyobora ku bantu bipfuza kumenya ivyerekeye Bibiliya, vyoba bikuremesha? Kubera iki?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika