Zaburi
Ni izaburi ya bene Kora. Agahibongozo, ururirimbo.
87 Umushinge wiwe uri mu misozi myeranda+.
2 Yehova akunda amarembo ya Siyoni+
Kuruta amataberenakulo yose ya Yakobo+.
3 Uvugwako ibintu bininahaye, ewe gisagara c’Imana y’ukuri+! Sela.
4 Nzovuga ivya Rahabu+ na Babiloni+, ndabaharûre mu banzi;
Ng’iyi Filisitiya+ na Tiro, kumwe na Kushi:
“Uyu ni uwahavukiye+.”