ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 55
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya: ibirimwo

      • Ubutumire bwo kurya no kunywa ku buntu (1-5)

      • Nimurondere Yehova n’ijambo ryiwe ryo kwizigirwa (6-13)

        • Inzira z’Imana ziri hejuru y’iz’abantu (8, 9)

        • Ijambo ry’Imana rizororanirwa ata kabuza (10, 11)

Yesaya 55:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «mugure.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «mugure.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 42:2; 63:1; Am 8:11; Mt 5:6
  • +Yes 41:17
  • +Yw 3:18
  • +Ivh 21:6; 22:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2018, rup. 4

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2002, rup. 9

Yesaya 55:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mwakoreye.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ikinure.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 25:6
  • +Zb 36:7, 8; 63:5

Yesaya 55:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 4:8
  • +Yes 61:8
  • +2Sm 7:8, 16; 23:5; Zb 89:28, 29; Yr 33:25, 26; Ivk 13:34

Yesaya 55:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 1:5; 3:14
  • +Dn 9:25; Mt 23:10
  • +It 49:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 13-14

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2007, rup. 26-27

Yesaya 55:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 8:23
  • +Yes 49:3; 60:9

Yesaya 55:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 28:9
  • +Zb 145:18; Yak 4:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 57

Yesaya 55:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ata gahigihigi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 18:21; Ivk 3:19
  • +Kv 34:6; 2Ng 33:12, 13
  • +Gh 14:18; Zb 103:12, 13; Yes 43:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 57

Yesaya 55:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:5

Yesaya 55:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 103:11

Yesaya 55:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Shelegi ni utuvunjivunji twera cane dukoragurika nk’imvura. Mu gifaransa batwita neige.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2008, rup. 27

Yesaya 55:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ico ngomba.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 23:19; Yes 46:11
  • +Yos 23:14; Yes 45:23
  • +Zb 135:6; Yes 46:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 284

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2006, rup. 6

    1/6/2006, rup. 22

Yesaya 55:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:10
  • +Yes 54:13; 66:12
  • +Yes 42:11
  • +Yes 44:23

Yesaya 55:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Umuhadasi ni agati k’amababi ayagayaga n’amashurwe yera amota.

  • *

    Canke «yihesha izina.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:19; 60:13
  • +Yr 33:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 55:1Zb 42:2; 63:1; Am 8:11; Mt 5:6
Yes. 55:1Yes 41:17
Yes. 55:1Yw 3:18
Yes. 55:1Ivh 21:6; 22:17
Yes. 55:2Yes 25:6
Yes. 55:2Zb 36:7, 8; 63:5
Yes. 55:3Yak 4:8
Yes. 55:3Yes 61:8
Yes. 55:32Sm 7:8, 16; 23:5; Zb 89:28, 29; Yr 33:25, 26; Ivk 13:34
Yes. 55:4Ivh 1:5; 3:14
Yes. 55:4Dn 9:25; Mt 23:10
Yes. 55:4It 49:10
Yes. 55:5Zk 8:23
Yes. 55:5Yes 49:3; 60:9
Yes. 55:61Ng 28:9
Yes. 55:6Zb 145:18; Yak 4:8
Yes. 55:7Ezk 18:21; Ivk 3:19
Yes. 55:7Kv 34:6; 2Ng 33:12, 13
Yes. 55:7Gh 14:18; Zb 103:12, 13; Yes 43:25
Yes. 55:8Zb 40:5
Yes. 55:9Zb 103:11
Yes. 55:11Gh 23:19; Yes 46:11
Yes. 55:11Yos 23:14; Yes 45:23
Yes. 55:11Zb 135:6; Yes 46:10
Yes. 55:12Yes 35:10
Yes. 55:12Yes 54:13; 66:12
Yes. 55:12Yes 42:11
Yes. 55:12Yes 44:23
Yes. 55:13Yes 41:19; 60:13
Yes. 55:13Yr 33:9
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yesaya 55:1-13

Yesaya

55 Mwebwe abanyotewe mwese+, nimuze munywe amazi+.

Mwebwe abadafise amahera, nimuze mutore* murye.

Emwe, nimuze mutore* umuvinyu n’amata+ ata mahera murishe kandi ata co mutanze+.

 2 Kubera iki muguma mutanga amahera ku bitari ibifungurwa,

mugasohora ayo mwabiriye akuya* ku bintu bidahaza?

Nimunyumvirize mwitonze, murye ibifungurwa nyavyo+,

muryohererwe cane ibifungurwa vyizavyiza*+.

 3 Nimutege ugutwi, muze kuri jewe+.

Nimwumvirize ni ho muzobandanya kubaho.

Nanje nzoheza ngirane namwe isezerano ryamaho+ ndabikunze,

nisunze isezerano ry’urukundo* nagiranye na Dawidi. Iryo sezerano ni iryo kwizigirwa+.

 4 Raba! Namugize icabona+ ku mahanga,

ndamugira indongozi+ n’umutware+ ku mahanga.

 5 Raba! Uzohamagara ihanga utazi,

kandi abo mw’ihanga ritari rikuzi bazokwiruka baza iwawe

kubera Yehova Imana yawe+, wa Mweranda wa Isirayeli,

kuko azoguha icubahiro+.

 6 Nimurondere Yehova umwanya agishobora kuboneka+.

Nimumuhamagare umwanya akiri hafi+.

 7 Umubisha nahebe inzira yiwe+,

umunyakibi ahebe ivyiyumviro vyiwe.

Nagaruke kuri Yehova, azomugirira imbabazi+,

agaruke ku Mana yacu, kuko izomubabarira cane*+.

 8 «Kuko ivyiyumviro vyanje atari vyo vyiyumviro vyanyu+,

n’inzira zanyu si zo nzira zanje», ni ko Yehova avuze.

 9 «Nk’uko ijuru riri hejuru y’isi,

ni ko n’inzira zanje ziri hejuru y’izanyu,

n’ivyiyumviro vyanje bikaba hejuru y’ivyanyu+.

10 Kurya nyene imvura na shelegi* bikoroka bivuye mw’ijuru,

ntibisubireyo bitanywesheje isi, bigatuma yimbuka ikamera,

uwubiba akaronka imbuto, n’uwurya akaronka ibifungurwa,

11 ni ko n’ijambo riva mu kanwa kanje rizomera+.

Ntirizongarukako ata co rishitseko+,

ahubwo rizoshitsa vy’ukuri ikimpimbara* cose+,

riroranirwe ata kabuza mu co naritumye.

12 Kuko muzosohoka munezerewe+,

mugarukanwe mu mahoro+.

Imisozi n’imirambi bizonezerwa bibasanganize akamo k’umunezero+,

kandi ibiti vyo mw’ishamba vyose bizokoma amashi+.

13 Mu gishingo c’ibisaka vy’amahwa hazomera igiti c’umuberoshi+,

mu gishingo c’igisuru hamere igiti c’umuhadasi*.

Ivyo bizotuma Yehova aba rurangiranwa*+,

bibe ikimenyetso camaho kitazokwigera kivaho.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika