Itanguriro 41:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abona n’izindi nka indwi zariko ziduga mu nyuma yazo ziva mu ruzi Nili, zisa nabi kandi zonze+, maze zihagarara iruhande ya za nka zidoshe ku nkombe y’uruzi Nili.
3 Abona n’izindi nka indwi zariko ziduga mu nyuma yazo ziva mu ruzi Nili, zisa nabi kandi zonze+, maze zihagarara iruhande ya za nka zidoshe ku nkombe y’uruzi Nili.