-
1 Ngoma 16:24Bibiliya y’isi nshasha
-
-
24 Nimwigane mu mahanga ubuninahazwa bwiwe,
Mwigane mu bisata vy’abantu vyose ibikorwa vyiwe vy’agatangaza.
-
-
Malaki 1:11Bibiliya y’isi nshasha
-
-
11 “Kuko kuva iyo izuba rirasira gushika iyo rirengera*, izina ryanje rizoba irihambaye mu mahanga+, kandi ahantu hose bazohafumbishiriza umwotsi w’ibimazi+, bashikirize ishikanwa ku bw’izina ryanje, emwe, ituro ridahumanye+; kuko izina ryanje rizoba irihambaye mu mahanga+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.
-