Zaburi 22:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Impera zose z’isi zizokwibuka zigaruke kuri Yehova+.Kandi imiryango yose y’amahanga izokwunama imbere yawe+. Zefaniya 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko ico gihe nzohindura ururimi rw’ibisata vy’abantu rube ururimi rutyoroye+, kugira ngo bose bambaze izina rya Yehova+, kugira ngo bamukorere bahuje inama*+.’ Matayo 28:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nimugende rero muhindure abantu bo mu mahanga yose+ abigishwa+, mubabatiza+ mw’izina rya Data+ n’iry’Umwana+ n’iry’impwemu nyeranda+, Ivyahishuwe 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni nde vy’ukuri atazogutinya+ ga Yehova+, akaninahaza izina ryawe+, kuko wewe wenyene ari wewe uri intahemuka+? Kuko amahanga yose azoza agasenga imbere yawe+, kuko ingingo zawe zigororotse zerekanywe+.”
27 Impera zose z’isi zizokwibuka zigaruke kuri Yehova+.Kandi imiryango yose y’amahanga izokwunama imbere yawe+.
9 Kuko ico gihe nzohindura ururimi rw’ibisata vy’abantu rube ururimi rutyoroye+, kugira ngo bose bambaze izina rya Yehova+, kugira ngo bamukorere bahuje inama*+.’
19 Nimugende rero muhindure abantu bo mu mahanga yose+ abigishwa+, mubabatiza+ mw’izina rya Data+ n’iry’Umwana+ n’iry’impwemu nyeranda+,
4 Ni nde vy’ukuri atazogutinya+ ga Yehova+, akaninahaza izina ryawe+, kuko wewe wenyene ari wewe uri intahemuka+? Kuko amahanga yose azoza agasenga imbere yawe+, kuko ingingo zawe zigororotse zerekanywe+.”