Kuvayo 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mbega n’ubu uracagira ubwibone ku bantu banje mu kutabarekura+? Kuvayo 16:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ku bw’ivyo Yehova abwira Musa ati: “Muzogeza ryari kwanka kugumya amabwirizwa yanje n’amategeko yanje+? Imigani 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+. Yesaya 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amaso yibona y’umuntu yakuwe mw’ivu ategerezwa kuja hasi, n’ukwishira hejuru kw’abantu gutegerezwa kumanuka+; kandi Yehova wenyene ni we azotegerezwa gushirwa hejuru kuri uwo musi+. Yeremiya 13:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Bwira umwami n’umugore w’iteka+ uti: ‘Nimwicare mu kibanza co hasi+, kuko urugori rwanyu rw’ubwiza ruzotibuka rukava ku mitwe yanyu+.’
28 Ku bw’ivyo Yehova abwira Musa ati: “Muzogeza ryari kwanka kugumya amabwirizwa yanje n’amategeko yanje+?
12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+.
11 Amaso yibona y’umuntu yakuwe mw’ivu ategerezwa kuja hasi, n’ukwishira hejuru kw’abantu gutegerezwa kumanuka+; kandi Yehova wenyene ni we azotegerezwa gushirwa hejuru kuri uwo musi+.
18 “Bwira umwami n’umugore w’iteka+ uti: ‘Nimwicare mu kibanza co hasi+, kuko urugori rwanyu rw’ubwiza ruzotibuka rukava ku mitwe yanyu+.’