Imigani 15:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ugutinya Yehova ni indero igana ku bukerebutsi+, kandi imbere y’ubuninahazwa haba uguca bugufi+. Imigani 22:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ikiva mu kwicisha bugufi be n’ugutinya Yehova, ni ubutunzi n’ubuninahazwa n’ubuzima+. Imigani 29:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ubwibone bw’umuntu yakuwe mw’ivu buzomucisha bugufi+, mugabo uwuciye bugufi mu mutima azocakira ubuninahazwa+. Luka 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko umuntu wese yishira hejuru azocishwa bugufi, kandi uwo wese yicisha bugufi azoshirwa hejuru+.” 1 Petero 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.
23 Ubwibone bw’umuntu yakuwe mw’ivu buzomucisha bugufi+, mugabo uwuciye bugufi mu mutima azocakira ubuninahazwa+.
11 Kuko umuntu wese yishira hejuru azocishwa bugufi, kandi uwo wese yicisha bugufi azoshirwa hejuru+.”
5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.