Kuvayo 20:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Baca batangura kubwira Musa bati: “Ba ari wewe uvugana natwe, natwe twumvirize; mugabo Imana ntibe ari yo ivugana natwe, ntiduhave dupfa+.” Guharura 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mvugana na we akanwa ku kandi+, nkamwereka ibintu, ntakoresheje ubupfindo+; kandi ishusho ya Yehova ni yo yitegereza+. Kubera iki none mutatinye kuvuga nabi umusavyi wanje, kuvuga nabi Musa+?” Guharura 27:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuko Musa ashikiriza ikibazo cabo imbere ya Yehova+.
19 Baca batangura kubwira Musa bati: “Ba ari wewe uvugana natwe, natwe twumvirize; mugabo Imana ntibe ari yo ivugana natwe, ntiduhave dupfa+.”
8 Mvugana na we akanwa ku kandi+, nkamwereka ibintu, ntakoresheje ubupfindo+; kandi ishusho ya Yehova ni yo yitegereza+. Kubera iki none mutatinye kuvuga nabi umusavyi wanje, kuvuga nabi Musa+?”