Abalewi 11:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Kuko ndi Yehova Imana yanyu+; kandi mutegerezwa kwiyeza, kandi mutegerezwa kuba beranda+, kuko jewe ndi mweranda+. Ntimuze mwihumanishe ibiremwa bigwirirana na bimwe bigendagenda kw’isi. Abanyefeso 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 nk’uko nyene yadutoye+ mu bumwe na we imbere y’ishingwa+ ry’isi, kugira ngo tube beranda, tutagira ikirabagu+ imbere yayo mu rukundo+. 1 Petero 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kuko vyanditswe ngo: “Mutegerezwa kuba beranda, kuko jewe ndi mweranda+.”
44 Kuko ndi Yehova Imana yanyu+; kandi mutegerezwa kwiyeza, kandi mutegerezwa kuba beranda+, kuko jewe ndi mweranda+. Ntimuze mwihumanishe ibiremwa bigwirirana na bimwe bigendagenda kw’isi.
4 nk’uko nyene yadutoye+ mu bumwe na we imbere y’ishingwa+ ry’isi, kugira ngo tube beranda, tutagira ikirabagu+ imbere yayo mu rukundo+.