-
Ezekiyeli 20:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 “‘“Nuko batangura kungarariza+, ntibemera kunyumviriza. Ntibashiburira kure, umwumwe wese muri bo, ibintu bisesemye vy’amaso yabo, ntibaheba ibigirwamana vy’umwanda vya Misiri+, ku buryo nsezerana kubasukako ubushangashirwe bwanje, kugira ngo ndabarangirizeko ishavu ryanje hagati mu gihugu ca Misiri+.
-