Abacamanza 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova avuga ati: “Yuda azoduga+. Ehe nzotanga ata gukeka igihugu mu kuboko kwiwe.” 2 Samweli 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko umwami amaze kuba mu nzu yiwe+ kandi Yehova amaze kumuha kuruhuka abansi biwe bose bari bamukikuje+, 2 Samweli 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nzobana nawe aho uzoja hose+, kandi nzorandura abansi bawe bose imbere yawe+; kandi ata gukeka nzoguha kugira izina rihambaye+, nk’izina ry’abahambaye bari mw’isi.
7 Nuko umwami amaze kuba mu nzu yiwe+ kandi Yehova amaze kumuha kuruhuka abansi biwe bose bari bamukikuje+,
9 Nzobana nawe aho uzoja hose+, kandi nzorandura abansi bawe bose imbere yawe+; kandi ata gukeka nzoguha kugira izina rihambaye+, nk’izina ry’abahambaye bari mw’isi.