1 Ngoma 29:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Yamara, jewe ndi nde+ kandi abantu banje ni bande, kugira ngo tugumane ububasha bwo gutanga amashikanwa atangwa ku bushake nk’aya+? Kuko vyose biva kuri wewe+, kandi ivyo mu kuboko kwawe bikaba ari vyo tuguhaye.
14 “Yamara, jewe ndi nde+ kandi abantu banje ni bande, kugira ngo tugumane ububasha bwo gutanga amashikanwa atangwa ku bushake nk’aya+? Kuko vyose biva kuri wewe+, kandi ivyo mu kuboko kwawe bikaba ari vyo tuguhaye.