Gusubira mu vyagezwe 31:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Musa ahamagara Yosuwa, amubwirira mu maso ya Isirayeli yose ati: “Gira umutima rugabo kandi ukomere+, kuko ari wewe uzokwinjiza aba bantu mu gihugu Yehova yarahiye ba sekuruza babo ko azobaha, kandi ubwawe uzokibaha bwa ntoranwa+.
7 Nuko Musa ahamagara Yosuwa, amubwirira mu maso ya Isirayeli yose ati: “Gira umutima rugabo kandi ukomere+, kuko ari wewe uzokwinjiza aba bantu mu gihugu Yehova yarahiye ba sekuruza babo ko azobaha, kandi ubwawe uzokibaha bwa ntoranwa+.