Gusubira mu vyagezwe 31:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi Yehova ni we agendera imbere yawe. Ubwiwe azogumana nawe+. Ntazoguta canke ngo aguhebe buhere. Ntutinye canke ngo utekerwe n’ubwoba+.” Yosuwa 8:1 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze Yehova abwira Yosuwa ati: “Ntutinye canke ngo utekerwe n’ubwoba+. Tora abarwanyi bose hanyuma uhaguruke, uduge i Ayi. Raba, ntanze mu kuboko kwawe umwami wa Ayi n’abantu biwe n’igisagara ciwe n’igihugu ciwe+.
8 Kandi Yehova ni we agendera imbere yawe. Ubwiwe azogumana nawe+. Ntazoguta canke ngo aguhebe buhere. Ntutinye canke ngo utekerwe n’ubwoba+.”
8 Maze Yehova abwira Yosuwa ati: “Ntutinye canke ngo utekerwe n’ubwoba+. Tora abarwanyi bose hanyuma uhaguruke, uduge i Ayi. Raba, ntanze mu kuboko kwawe umwami wa Ayi n’abantu biwe n’igisagara ciwe n’igihugu ciwe+.