Kuvayo 30:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze uze uyakoremwo amavuta meranda y’ukurobanuza, amavuta manovu, ikivange gikozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu+. Abwirizwa kuba amavuta meranda y’ukurobanuza+. 1 Abami 1:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Zadoki umuherezi atora rero ihembe ry’amavuta+ mw’ihema+ araheza ayarobanuza+ Salomo; batangura kuvuza inzamba, maze abantu bose basemerera bati: “Umwami Salomo nabeho+!” Zaburi 133:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ni nka ya mavuta meza ku mutwe+,Ashunguruka ku bwanwa,Ubwanwa bwa Aroni+,Ashunguruka gushika kw’izosi ry’impuzu ziwe+.
25 Maze uze uyakoremwo amavuta meranda y’ukurobanuza, amavuta manovu, ikivange gikozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu+. Abwirizwa kuba amavuta meranda y’ukurobanuza+.
39 Zadoki umuherezi atora rero ihembe ry’amavuta+ mw’ihema+ araheza ayarobanuza+ Salomo; batangura kuvuza inzamba, maze abantu bose basemerera bati: “Umwami Salomo nabeho+!”
2 Ni nka ya mavuta meza ku mutwe+,Ashunguruka ku bwanwa,Ubwanwa bwa Aroni+,Ashunguruka gushika kw’izosi ry’impuzu ziwe+.