2 Abami 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze abahungu b’abahanuzi+ bari i Beteli barasohoka baja aho Elisha ari, bamubwira bati: “Ubwo vy’ukuri urazi yuko uno musi Yehova aza gutwara shobuja kugira ntabandanye kuba umukuru wawe+?” Na we ati: “Na jewe ndabizi neza+. Nimucereze.” 2 Abami 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze abahungu b’abahanuzi bari i Yeriko begera Elisha hanyuma bamubwira bati: “Ubwo vy’ukuri urazi yuko uno musi Yehova aza gutwara shobuja kugira ngo ntabandanye kuba umukuru wawe?” Na we ati: “Na jewe ndabizi neza. Nimucereze+.”
3 Maze abahungu b’abahanuzi+ bari i Beteli barasohoka baja aho Elisha ari, bamubwira bati: “Ubwo vy’ukuri urazi yuko uno musi Yehova aza gutwara shobuja kugira ntabandanye kuba umukuru wawe+?” Na we ati: “Na jewe ndabizi neza+. Nimucereze.”
5 Maze abahungu b’abahanuzi bari i Yeriko begera Elisha hanyuma bamubwira bati: “Ubwo vy’ukuri urazi yuko uno musi Yehova aza gutwara shobuja kugira ngo ntabandanye kuba umukuru wawe?” Na we ati: “Na jewe ndabizi neza. Nimucereze+.”