1 Samweli 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hana aca avuga ati: “Ntunga mukama wanje! Ndahiye ukubaho kwawe+ mukama wanje, ndi wa mugore yari ahagararanye nawe muri iki kibanza kugira asenge Yehova+. 2 Abami 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze Eliya amubwira ati: “Elisha, ndakwinginze wicare ng’aha, kuko Yehova ubwiwe antumye i Yeriko+.” Mugabo avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova n’ukubaho kwawe, ntituvana.” Bashika rero i Yeriko.
26 Hana aca avuga ati: “Ntunga mukama wanje! Ndahiye ukubaho kwawe+ mukama wanje, ndi wa mugore yari ahagararanye nawe muri iki kibanza kugira asenge Yehova+.
4 Maze Eliya amubwira ati: “Elisha, ndakwinginze wicare ng’aha, kuko Yehova ubwiwe antumye i Yeriko+.” Mugabo avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova n’ukubaho kwawe, ntituvana.” Bashika rero i Yeriko.