Itanguriro 28:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Vyongeye, aho hantu ahita Beteli*+; mugabo ikizwi coco ni uko Luzi ari ryo ryari izina ry’ico gisagara kera+. 1 Abami 12:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Maze imwe ayishira i Beteli+, iyindi na yo ayishira i Dani+. 1 Abami 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi ehe, hari umuntu+ w’Imana yari yaje i Beteli avuye muri Yuda, bivuye kw’ijambo+ rya Yehova, mu gihe Yerobowamu yari ahagaze iruhande y’igicaniro+ kugira ngo afumbishe umwotsi w’ibimazi+. 2 Abami 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko ava ng’aho, aduga i Beteli+. Ari mu nzira aduga, uduhungu+ dusohoka mu gisagara maze dutangura kumucokora+, tuguma tumubwira duti: “Duga, rutwe rw’ubuhanza+! Duga, rutwe rw’ubuhanza!”
19 Vyongeye, aho hantu ahita Beteli*+; mugabo ikizwi coco ni uko Luzi ari ryo ryari izina ry’ico gisagara kera+.
13 Kandi ehe, hari umuntu+ w’Imana yari yaje i Beteli avuye muri Yuda, bivuye kw’ijambo+ rya Yehova, mu gihe Yerobowamu yari ahagaze iruhande y’igicaniro+ kugira ngo afumbishe umwotsi w’ibimazi+.
23 Nuko ava ng’aho, aduga i Beteli+. Ari mu nzira aduga, uduhungu+ dusohoka mu gisagara maze dutangura kumucokora+, tuguma tumubwira duti: “Duga, rutwe rw’ubuhanza+! Duga, rutwe rw’ubuhanza!”