2 Abami 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi Ahabu yari afise abahungu mirongo irindwi+ i Samariya+. Yehu yandika rero amakete maze ayarungika i Samariya ku baganwa+ b’i Yezireyeli, abagabo b’inararibonye+ n’ababungabunzi ba Ahabu, ati:
10 Kandi Ahabu yari afise abahungu mirongo irindwi+ i Samariya+. Yehu yandika rero amakete maze ayarungika i Samariya ku baganwa+ b’i Yezireyeli, abagabo b’inararibonye+ n’ababungabunzi ba Ahabu, ati: