1 Abami 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ubu rero, nutume intumwa gukoraniriza Isirayeli yose iruhande yanje ku musozi Karumeli+, na ba bahanuzi ba Bayali+ amajana ane na mirongo itanu be na ba bahanuzi amajana ane b’igikingi ceranda+, barira ku meza ya Yezebeli+.” 1 Abami 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko umwami wa Isirayeli akoraniriza hamwe abahanuzi+, abagabo nk’amajana ane, maze ababwira ati: “Ngende gutera Ramoti-gileyadi mu ntambara, canke ndeke?” Na bo batangura kuvuga bati: “Duga+, kandi Yehova azohatanga mu kuboko kw’umwami.” 2 Abami 23:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko ashikana ku bicaniro abaherezi+ bose b’ibibanza bikirurutse vyari ng’aho yongera aturirira amagufa y’abantu kuri ivyo bicaniro+. Hanyuma asubira i Yeruzalemu.
19 Ubu rero, nutume intumwa gukoraniriza Isirayeli yose iruhande yanje ku musozi Karumeli+, na ba bahanuzi ba Bayali+ amajana ane na mirongo itanu be na ba bahanuzi amajana ane b’igikingi ceranda+, barira ku meza ya Yezebeli+.”
6 Nuko umwami wa Isirayeli akoraniriza hamwe abahanuzi+, abagabo nk’amajana ane, maze ababwira ati: “Ngende gutera Ramoti-gileyadi mu ntambara, canke ndeke?” Na bo batangura kuvuga bati: “Duga+, kandi Yehova azohatanga mu kuboko kw’umwami.”
20 Nuko ashikana ku bicaniro abaherezi+ bose b’ibibanza bikirurutse vyari ng’aho yongera aturirira amagufa y’abantu kuri ivyo bicaniro+. Hanyuma asubira i Yeruzalemu.