2 Abami 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nayo Elisha+, yari yafashwe n’indwara yari kumwica+. Nuko Yehowasi umwami wa Isirayeli amanuka aho ari maze atangura kuririra mu maso yiwe ati: “Dawe+, dawe, mukogote w’intambara wa Isirayeli n’abagendera ku mafarasi biwe+!”
14 Nayo Elisha+, yari yafashwe n’indwara yari kumwica+. Nuko Yehowasi umwami wa Isirayeli amanuka aho ari maze atangura kuririra mu maso yiwe ati: “Dawe+, dawe, mukogote w’intambara wa Isirayeli n’abagendera ku mafarasi biwe+!”