19 Nuko aragenda avuye ng’aho maze abona Elisha mwene Shafati, mu gihe yariko ararima+ n’amashūri mirongo ibiri n’ane imbere yiwe afatanijwe ari abirabiri, we akaba yari kumwe n’abiri ya nyuma. Eliya arajabuka rero, aja aho ari maze amutererako impuzu y’ibango yiwe+.