1 Abami 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ibi ni vyo biza kuba ata kabuza: Ninagenda mvanye nawe, impwemu+ ya Yehova ica ikujana aho ntari bumenye; nzoba naje kubimenyesha Ahabu, na we arakubura, maze aranyica+ ata kabuza, kuko umusuku wawe yatinye Yehova kuva mu buto bwiwe+.
12 Ibi ni vyo biza kuba ata kabuza: Ninagenda mvanye nawe, impwemu+ ya Yehova ica ikujana aho ntari bumenye; nzoba naje kubimenyesha Ahabu, na we arakubura, maze aranyica+ ata kabuza, kuko umusuku wawe yatinye Yehova kuva mu buto bwiwe+.