2 Abami 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nuko aragenda maze ashika kuri wa muntu w’Imana y’ukuri ku musozi Karumeli. Nya muntu w’Imana y’ukuri akimubona nka hariya, aca abwira Gehazi umusuku wiwe+ ati: “Ehe wa mugore w’Umunyashunemukazi hariya.
25 Nuko aragenda maze ashika kuri wa muntu w’Imana y’ukuri ku musozi Karumeli. Nya muntu w’Imana y’ukuri akimubona nka hariya, aca abwira Gehazi umusuku wiwe+ ati: “Ehe wa mugore w’Umunyashunemukazi hariya.