Kuvayo 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nuko Musa atangura gutora muri Isirayeli yose abagabo babishoboye, abashinga amabanga yo kuba abakuru b’abantu+, abakuru b’ibihumbi, abakuru b’amajana, abakuru ba mirongo itanitanu n’abakuru b’amacumi. 1 Ngoma 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Dawidi aja inama n’abakuru b’ibihumbi n’abakuru b’amajana be n’indongozi+ zose;
25 Nuko Musa atangura gutora muri Isirayeli yose abagabo babishoboye, abashinga amabanga yo kuba abakuru b’abantu+, abakuru b’ibihumbi, abakuru b’amajana, abakuru ba mirongo itanitanu n’abakuru b’amacumi.