Yobu 14:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Asokoroka nk’ishurwe agacibwa+,Agahunga nk’igitutu+ ntabandanye kubaho. Yakobo 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 kandi mutazi uko ubuzima bwanyu buzomera ejo+. Kuko muri igipfungu kiboneka akanya gato maze kikazimangana+.
14 kandi mutazi uko ubuzima bwanyu buzomera ejo+. Kuko muri igipfungu kiboneka akanya gato maze kikazimangana+.